amos comedien
amos comedien
UMUSI WABAYE UWAMBERE MUBUZIMABWANJE
15/09/2026
🕴️✨ Kwiyubaha no kwigirira icizere ni vyo bituma umuntu agaragara neza. ❤️🔥
05/09/2026
“Ubwiza bw’umuntu ntibupimirwa ku myambaro gusa, ahubwo bupimirwa no ku mutima wiwe.” ✨
Muri iyividewo turabirahamwe uku amabuyeyagaciro ahirwa
Kubantu bipfuza kwimba ubutare turabahaye ikaze mwitungire
Iyivideo iragaragaza ukuntu wokwifata urikumwe numukunziwawe murikomuraryifoto
NIGUTE NODUZA VOLIME MURITEREPHONE YANJE NKORESHEJE APRICATION
Hari igihe twibaza ko vyose vyarangiye, tukumva ko ata cizere gisigaye. Ariko Imana ntijana nk’uko abantu babibona. 🙏❤️
Imana irishura ku gihe cayo kandi ntibesha. Nimba uriko uracamwo ibihe bigoye, ntucike intege. Komeza kwizera, kuko igihe c’Imana kirashika. 🙏🔥
👉 Raba iyi video gushika kw'iherezo, uyisangize abandi kandi ukurikire page kugira ubone ubutumwa bwinshi bw'icizere.
27/08/2026
“Abana Baribaraganiye, Ariko Bose Basangiye Umuvyeyi Umwe ❤️👨👩👧👦”
MUBUZIMA, nifuza ko twobintatanya, tugafatanya mu bihe vyiza no mu bihe bigoye. ❤️🤝 Ubuzima buraryoha iyo dufise abo dusangira umunezero, tugashigikirana kandi ntiduterane mu ngorane. 🙏✨
🇧🇮
Category
Address
Gitega
HTTPS://YOUTUBE.COM/@AGASESEMVYA?SI=HTROWKNLCNHNRNYY
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when amos comedien posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.
