Jisaie brand

Jisaie brand

Share

My number +25766937953

🇧🇮🇧🇮

💫
🦾🦾🦾🦾

24/08/2026

Aba Real Madrid bibaza ngo ni AI muragabe kuko inkoni niyayindi ntihinduka

Kuvyotwakoreye abejohahise namwe turaje tubigishe 😂😂

Visca Barca to the world 🌎

23/08/2026

Iyo ufana itimu nziza example: VISCA BARCA bivugwayuko Imana ikongera iminsiyokubaho
Ubukene bucabuhera🤣🤣
Ingwara zidakira nazene zicazikira mvuze nabi canke ntibindaba😁😁😁
Duhurire muri comment 💥🔥🇧🇮🤯

VISCA BARCA TO THE WORLD 🌎

23/08/2026

Ndibaze ntawundi mu Barca asigaye uwusigaye avuge
Canke ntibindaba ndihorere🤣🤣🤣🤣

Visca Barca to the world 🌎

Jisaie

23/08/2026

Ndizere nta mu visca Barca yorengana adakanze like
Uyoyobabaye ikivume😂kandi ntumparirize kubera nikogipanze😁

Shirako like hama wirenganire 🔥🔥🇧🇮

22/08/2026

IMANA yarakoze kubayaranyiyumviyeko nkavukira m'uburundi kuko iyontavukira m'uburundi sindabanditwa umurundi mwabamunyita umurundikazi🤣🤣
So.. Imana niyizi ibikwiye none ntivyakunze komba umunyamahanga wosanga nkubu iyomvukira mubufranca mba mvukana na 😂😂😂

Mwe muvyumva gute canke ndabeshe👋

22/08/2026

Burundi bwacu Burundi buhire 💪💪🦾🦾🦾

Photos from Jisaie brand's post 21/08/2026

Iminsiyanje irushirizakugenda arimyiza kukobwabuntu aguma bugwiza nimba yogwiza udufi tubiri nimba yambwiye ngonzobampari agendanira uwoyimikishije amavuta aguma agenda ampa nabamarayika bro sinkiri umuja yampayumwidegevyo
____________________________
💥💥💥💥💥🔥🔥🔥🔥🇧🇮

Photos from Jisaie brand's post 19/08/2026

Bobo s'imana nabo nabantu
Ariko mumitima yabo sabantu

Bazoguma bambona 😭

18/08/2026

Ntubona kobabamaze Kandi bibayubunyene 🤣🤣🤣

17/08/2026

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Makamba?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Website

Address

Makamba