Nathan le comédien

Nathan le comédien

Share

Nathan
Comédien & Remixeur

27/07/2026

wallah rero nca nkumbura agakanye😅😄

26/07/2026

Ingorane yo kurongora nkubu ntanumwe atazi ivyo B_Face Yarayemwo😒🙆‍♂️🙃
✍️

25/07/2026

Baja kuri twarete gute abakobwa bambara ibisusu 😐🤦🙄

25/07/2026

🤣🤣what is this 😒😃

23/07/2026

Hariho umuririmvyi wo muBurundi ari mukuzima😒
Gusa sinomuvuga mwizina kubera ndazi ntabikunda😌😅

22/07/2026

Muzosha nukuri ndabarahiye😃😃

22/07/2026

Uyu mugabo wallah arategura🤌🫡🫡🫡
Yabonye ko agiye kuvugwa cane kubera nawe aca ahitamwo kwisiramuza mumaso kugira tumuvugeko hama Yamal ace yibagirwa💀💯 kandi vyarakunze ubu hose havugwa inkuru yiwe gusa👌 ivya mondiale twavyibagiye😌😒

Call me umushakashatsi🤗

19/07/2026

Ubu naho ko nguma mbona ngo yakoze iki?🤣
Ndabona guter imbere si vuba wallah 🙄😅😃

19/07/2026

Umuvyeyi niwew abandi baribeshera😋😅

19/07/2026

nakuye muri Comedy🔥🔥

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Muyinga?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Muyinga