Ange Bénigne
Ange Bénigne is a Fashion Model and Actress Film in Burundi🇧🇮
Please follow my New Page🙏🥴👍&Aime ma Page🙏🥴👍
Umvukuri
02/08/2026
ABA fan ba Le MESSAGER NGOZI OYEEEEEEE🎊
Match ya Gicuti yabereye kuri Stade Urukundo Yahuje imigwi Ibiri (2) Le MESSAGER NGOZI na KAYANZA UNITED Uku niko irangiye
LE MESSAGER NGOZI 0
KAYANZA UNITED 1
31/07/2026
Ba Fans Muze namwe Muncire ururubanza Hari umuntu ariko ambwira ngiyi Myambaro ya Ngozi city ngo simyiza ngiyumukeba ngoniyo myiza🤭🤔
Mbwira nawe Niko ubibona 🫣🤔?
30/07/2026
Ngozi City umwambaro izoza irambara iri muhira.
30/07/2026
Umwambaro NGOZI CITY izoza irambara yasohotse.
23/07/2026
Tugeze Kuvuga ivyakazi, ivyunguka
Ikiganiro Cakazi 🎊🎊Link vuba ndayibaha
22/07/2026
🎊🎊OFFICIEL: Kumusi wa gatandatu igenekerezo rya 25-7-2026, harategekanijwe urukino rwa gicuti ruzohuza na .
Urukino ruzobera ku kibuga c'imuyinga isaha 15h00
✍️✍️
19/07/2026
🚨?? muri : Imwe munkuru itangaje yatwengeje abitavye k'umusi w'ejo , nukuntu mugiteramo cambere haje umugwi w'abantu bambaye neza baje bitwaje nibibaranga kwaraba murico giteramo , maze batangura gutoza amashikanwa atavyazi ...
Abo bantu ntibashoboye gufatwa ico gihe kandi bahakuye amafaranga atari make , arinayo mpamvu mugutangura kw'igikorane co k'umusi w'ejo batanze itangazo ko Chris Ndikumana atigera atoza amashikanwa mubiteramo vya kuko we afise abamushigikira .
19/07/2026
🎈🎈Breaking:Umugwi wa Amasipiri Never Give Up niwo ugiye gukina ihiganwa ry'icicaro cambere mu mwaka w’inkino wa 2026-2027 mu kibanza ca Academy Deira wari waronse uburenganzira bwo kuduga uvuye mu cicaro ca kabiri
19/07/2026
⚽️Nkumufan wa cnk Ayandi ma atandukanye uyumunsi Uha Amahigwende Mwaba ba Biri?Tubwire Hagati Yumwana Na Papa wiwe Muri 🤔🤔
✍️✍️✍️
Click here to claim your Sponsored Listing.
