LGG Living
LGG LIVING est un groupe d’évangélisation qui annonce la Parole de Dieu à travers la musique gospel.
Il mène également des actions d’évangélisation dans les quartiers, les écoles, les hôpitaux et divers milieux sociaux.
+257 76318017
19/09/2026
MOUTAINE OF PRAYER IS
Coming Son
Vyabihe Vyoguhimbaza
Vyabihe Vyogutazira
Vyabihe Vyogusenga
Vyabihe Vyigusanana N'Imana
Ngibi Vyadushizemwo Itariki 15/12/2026 Na 16/12/2026 Nigikirane C'Iminsi 2 Kizomba Arikinini Cane Gose Urahawe Ikaze
Ushaka kutwitungaho Twandikire Kuri 76921562 WhatsApp
Appelle isanzwe 65826053 Kaze
Inyanduruko Yoguhimbaza
Imana Chapitte1
18/09/2026
Ndagusengera kugira ngo ukwizera dusangiye kwame ivyamwa, maze ubone gutahura ivyiza vyose dufise muri Kristo Yesu.
Urukundo rwawe rwanteye umunezero mwinshi rwongera runtera intege, kuko waremesheje imitima yʼabizera.
Filemoni 1:6-7
16/09/2026
EGEÏRO SERVICE & WORSHIP A MOMENT
🔴Live Of EGEÏRO service Le 16/09/2026
Imana Yakoze Ibikomeye
Imana Yatembesheje Amazi Meza Mumitima Yacu
Uratumiwe Kuruno Munsi Wagatatu Tuza Mubwiza Bwinshi Na VDM Gospel Niho Izakuba Uri 15h00
13/09/2026
Ce mercredi, nous aurons une Culte spéciale à LGG, à laquelle nous aimerions vous inviter afin de passer un merveilleux moment dans la présence du Saint-Esprit, dans la prière et dans la louange. 🙏🏽❤️
Nous serions très heureux de vous compter parmi nous. Venez nombreux ! Invitez votre ami(e), et que votre ami(e) invite à son tour une autre personne. 🫂🔥
📍 Adresse : Buterere, Q. Bumwe, 10ème Avenue.
Venez nombreux pour partager ensemble un moment béni dans la présence de Dieu ! 🙏🏽❤️
12/09/2026
Woba Uba Kinama ? Buterere ? Kinama
🎯Ushaka Ikibanza Cogusengeramwo Wunva Ushaka Kwigishwa Kristo Muburyo Bwamahishurirwa Woba Ushaka Gukorwako Na Kristo Mugusengerwa Woba Warahamagawe
Ifatanye Natwe mumakoraniro Yacu Ya chaque Mercredi Ahotubana Numwami Bikwiye Mukwiga Ijambo Nogusenga
🎯 Adress Buterere Q Bumwe 10 ème Avenue Kaze Muri benshi
EGEÏRO SERVICE
Imana Iguhindurire Ibihe Mwizina Ryari Yesu Kristo Korerwa Nuno Mwubahwa Bërtr-änd GB Umuhimbaji Wumu LGG
Cliquez ici pour réclamer votre Listage Commercial.
