Elvis promoter
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Elvis promoter, Nairobi.
ELVIS PROMOTER 🇧🇮🇹🇿🇰🇪🇷🇼🇨🇩🇦🇪
Turamamaza ibikogwa cane cane ivya MUSIC🎤🎤🎤
UMUTANANIGWA🤌🤌🤌🤌
kaze mwese ndabakorere promotion
Watsapp yanje ni 📞📞📞📞
2️⃣5️⃣7️⃣6️⃣9️⃣7️⃣4️⃣3️⃣5️⃣0️⃣3️⃣
22/07/2026
OG FORCE at akazi kabi nakadahemba ikiyede hos baragikora aba ponda akazi ntibaba bazakamaro kako uyutaraja gukora ikiyede ariko aragikora
22/07/2026
Bain Turo pole sana
22/07/2026
ONE TOPAZ umuhungu wanyu umuhungu asosasa mr ntamu Legend yigera avyibuha
mashasha rero akaba agire asohore indirimbo barikumwe na wamuririmvyi wacu Kwiz B mwamenye cane kundirimbo musabwe gusimbira kur YouTube kubafasha mugukora
22/07/2026
Emery Afrique ni umuririmvyi wumurundi arijo abica bigacika mundirimbo ziqe usanga kur YouTube kandi ziba arindirimbo zifis uburyohe hamwe namajambo yubaka ubuzima Emery Afrique akabasaba ubufasha bwanyu mugusimbira kumbuga ziwe nka ;
....
MURAKOZE!
20/07/2026
Tel me why?
follow me please👇👇👇👇👇 Elvis promoter
https://www.facebook.com/profile.php?id=100092518882337
20/07/2026
ni YOUNG B avuga at :
Allo 🙌🏽 indirimbo yacu iyindwi turimwo nyene ndayisohora 🥳🚨🔥
Kubo tumaranye igihe kinini mwibaza ko ari kumunsi wakangahe ? Ndazi murazi umunsi nkunda gusohorerako umuziki burigihe !
Ikindi ciza mwomenya nuko YouTube channel yanje nayisubiranye 🙏🏻🥹 Imana ihabwe icubahiro🫡🤍
゚viralシ
14/07/2026
Umuririmvyi aridogegwa nabatari bake mubakunzi b’umuziki w’Uburundi🇧🇮 bavuga bati:” Kuki abasani badakundana Mungu wangu nahora nk*kunda ariko uyu ntumubona ariko abakomeye ubaha amahera bidakenewe😭😭😭😭”
Aho nimugihe umwanya n’umwanya twokumva inkuru y’inca mugongo ngo arasezeye isi.
Amazi asesetse ndaba akiyoreka🙏🏾👏🏾🇧🇮
ndabizi neza ko afise umutima w’urukundo ndetse afise staff yabantu bafise urukundo (aka. manager Rapha) amaze gufasha benshi amaze kwuriza indege✈️ benshi ndizera neza ko vuba mubona igitendo ca natacha burundi kuri muzoba mumpinyuza👏🏾‼️
10/07/2026
:
💄💄 : Bamwitwa OG FORCE
umwe muba promoter bakaze ngaha kubutaka bga naho ubu ari kubutaka bgabarabu hariya muri 💪💪
🎯🎯 Imwe mumpamvu itumye mvuga kuyu mu Gee niyi : Abantu benshi bamuxi karumuntu wingaare wamanyama nibind namwe muzi bamuvugako cnk mwoba mumuvugako 🙌🙌
🎯🎯 Ariko uyumuhungu njewe yankoze kumutima 🤢🤢 k*ko ndakunda atigera yibagira iyo yavuye cnk ngo yibagire ineza yagiriwe 💪💪 ibi tubimwubahire k*k bikora bake 🙅♀️yibutse ineza yamugiriye atako anamwemerera amabati atanu ✊️✊️ bro wubahwe uri muri bake 🫡🫡
AKAJAMBO KAMWE KURI OG FORCE
09/07/2026
🔥🙆🙆🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥ibi Nivyo Canke ni Kubesha😭🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😭😭😭😭😭😭😭🔥🔥🔥🔥🔥Abegerey Batubwire.
nkuru yingozi😭😭😭
09/07/2026
Emma niga at , " Dusenga dukora 💯
Dukora dusenga 💯
aba nya twes dufyone like
Click here to claim your Sponsored Listing.
Website
Address
62195256
