NTARE
|SANTE|CONSEILS NUTRITIONELS| POUR BEAUCOUP D'INFOS CONTACT NOUS SUR WHATSAPP:+25761317186
Umuti wongerereza amazi.
29/09/2026
KURANGIZA VUBA,KUGIRA INKORESHO ITAGIRA INGUVU,GUFITA KUBWA ZEMBE,.....
Ukaba ushaka kwemeza neza umusugar mummy canke Cherie wawe uziko yama agusuzugura ngo ntaco umaze.Reka kwirigwa ururusha nkihari shaaaah.Rondera:
●Ifu nziza ya Tangawizi apana zimwe zomwisoko usanga zivanze oya.Tangawizi original
●Ikinyobwa ca Pepsi
●Ifu y'imizi yigiti bita Ndulele canke Mtulatula ibishishwa vyayo
Ivyo umaze kubironka cunyandukira nkubwire uko wikorera umuti.Ashaaah uwo muzohura azogenda aravuga kwatawundi mugabo akeneye.
ITANGAZO
●Ntushobora kuba mwiza kuburiri ukigwaye Amibe na Musipa ingo tubaze tubikuvure.
●Ingo tubapime murabeko mutagwaye ISHANO
●Ukaba ugwaye Prostate yavyimye dusange kukazi tugufashe,.....
UKENEYE KUZA KWIVUZA TWANDIKIRE KURI
Whatsapp:+25771927312
MURAKOZE !!!
28/09/2026
WARUZI KO AMABARA Y'IBIVA MUGIHIMBA C'IRONDOKA BIFISE ICO BISIGURA.
Nimba wabibona nk'ibisanzwe menyako gashobora kuba arakaga utarunazi.Ushobora kwisanga ugwaye infections utanazi kwarizo nimba wahora ubona muri sexe havayo ibi:
🤍 1. IVYERA
Mugihe mubwami bwawe havayo ibintu vyera ,ukaba utiyagaza canke ngusasatwe bishobora kuba ari ibintu bisanzwe ataco bivuze.
⚠️ Ariko iyo bibaye vyinshi kandi bisa n’amata afatanye nka yaourt, bigaherekezwa no kwishimagura canke kubabuka, bishobora kwerekana kufise infections.
💧 2. IBIZI BIZI BIBONERANA (CLEAR)
Kugira ibintu biva muri sexe bimeze nk'ibizibizi binyerera ariko ntihagire akamoto kabi canke kwiyagaza. Bishobora kwiyongera mu gihe umugore yegereje gusama canke ari mugasamo (ovulation) canke kubera ihindagurika ry’imisemburo. Ivyo ntaco bitwaye.
💛 3. IVY’UMUHONDO
Mugihe hasohoka ibisa n'umuhondo woroshe bishobora kuboneka kubera ihinduka risanzwe ry’ibisohoka iyo vyumye.
⚠️ Ariko iyo ari umuhondo ukomeye, bifise akamoto kabi, kwishimagura, ububabare canke kubabara igihe wihagarika, muricogihe uba ugeramiwe woca utwegera tukakuvura.
💚 4. IVY’ICATSI KIBISI
Igihe usohora ibisa n'icatsi kibisi , cane cane iyo biherekejwe n’akamoto kabi, kwishimagura, ububabare bwo mu nda yo hasi canke kubabara mu gihe co gukora imibonano mpuzabitsina/canke kwihagarika.
Ibivyo vyosaba kunyaragasa kwamuganga,Mugihe naho woba warivuje bikanka kukira woca utwandikira kuri whatsapp yacu tukagufasha.
ITANGAZO
Kubantu mwese mushaka:
●Kwipimisha Ishano kugira mumenyeko mugwaye canke mukomeye murahawe ikaze.
●Ugwaye infections vyanse kukira twiture tubafashe.
Whatsapp:+25771927312
Murakoze!!!
26/09/2026
KUNYARA AMAZI MENSHI
Nimba wiyiziko ikibazo co kwuma,kubura amazi,kugira amazi make vuga uti birarangiye uhereye uyumusi.
ICOBIVAKO
Hariho benshi bahoze bayafise ariko ubu basigaye bipfuza na duke twokubombeka ubwamikazi bwabo bakatubura hamwe n'abandi bahora batosa imatera bakoza abakunzi babo ariko ubu basigaye buma mumunota umwe gusa kubera:
●Bagwaye infections vyose bica birononekara
●Bakoresha imiti yoguhagarika imvyaro cahavuye kiba ikibazo
●Abandi bakuze bamezuko ariko bipfuza kugira menshi
●Stress z'ububuzima
●Hakaba n'abandi batazi ico vyavuyeko,..
MENYA NEZA
Muri Auguhealth center dufise imiti ishobora gutorera umuti ikibazo cawe ,tugatako tukakwigisha n'ibindi vyinshi vyogufasha kugira amazi menshi utiriwe urafata imiti.Urabone iyo foto nayo umenye ivyayo woba ukuze.
ICOWOKORA
Dusange ahodukorera tugufashe.Wipfuza kuhamenya twandikire kuri:
Whatsapp:+25771927312
MURAKOZE!!!
24/09/2026
NIMBA WIPFUZA KUGIRA MUNDA HATO IKI NICO WOKORA:
▪︎Kwihereza Graine de washizemwo Indimu.
▪︎Kunywa umuti twita
▪︎Nokunywa icayi ca
✅✅Ivyo bintu 3 ubikoresheje neza hama ugaca uza tukakugira inama zivyo usabwa gufungura n'ivyo ureka bishobora kugufasha gufata ibinure biri munda bija kugisusu ukagira igisusu kinini.
WIPFUZA IMPANURO ZACU CANKE GUSHIKA AHO DUKORERA BIROROSHE CANE.
☆Wageze kumabus aja muri Nord muri centre ville Bujumbura uca uduga ugana Long Point ya BANCOBU.Uhagaze kuri cafe gourmand wotwandikira tukagutora.
☆Whatsapp:+25771927312
MURAKOZE
24/09/2026
Ukaba wipfuza kuryoheregwa imibonano mpuzabitsina urekane nokwama ubabara nk'uwafashwe kunguvu karibu tugufashe ibibintu:
●Tukwigishe ukwo wobigenza igihe ugire ubikore
●Tuguhe umuti utuma ugira ubushake
●Tuguhe umuti wongerereza amazi
●Tukuvure infections naho zoba zaranse gukira.
●Tugufashe guca imyeyo/Gukuna kugira bikworohere kunyara.
WIPFUZA KUTUTWITURA TWANDIKIRE KURI:
Whatsapp:+25771927312
MURAKOZE
23/09/2026
AMAVUTA Y'INTARE
Mumaze imisi mwumva mvuga ibijanye n'amavuta avura:
●Imikoshi
●Inyatsi
●Imizimu
●Ibitega
●Ibihago
●Ubutege
●N'ubundi bwoko bwose bw'uburozi
☆Arinda:
●Kurogwa
●Gutegwa igipande
●Inkuba n'ibindi
Nyamavuta nayo.Ubu uyakeneye urashobora kuza ahodukorera tukayaguha kugiciro gito.
UFISE ICUBAZA TWANDIKIRE KURI
Whatsapp:+25771927312
MURAKOZE!!!
22/09/2026
AMAZI,UBUSHUHE,UBURYOHE
Ibi vyose bigaragara k'umugore yihereje ututuntu.Ndabiziko muri benshi mugwanya mukanapinga ivyo mbabwira ariko umuhigwe n'uwubikora atiriwe arabaza.
UKABA WIPFUZA AHO WOKURA IMBOBO NZIZA Z'ABAGORE ZITUMA:
●Ugira umuriro ukwiye no mubwamikazi hagashuha kuburyo uwukwinjiye asigara arinovora
●Amavangingo akwiye mugihe uri kubinoza
●Uzokwama mubitekerezo vy'uwakwiteye
Twandikire canke udusange ahodukorera tukubwire ukwo uzikoresha urekane nabamwe birigwa barababesha mumasoko,muri Quartier nahandi ugasanga babahaye n'ibitarivyo.
DUKORERA
Centre Ville Bujumbura,Kuri Avenue de la France n'ipave ica haruguru ya cafe Gourmand aha imbere ya Long point ya BANCOBU uva kuma bus uja kuri INSS.Twebwe dukorera munyubakwa ya Immeuble KUMUHORORO muri Etage Bureau No5.
USHAKA KUBAZA TWANDIKIRE KURI:
Whatsapp:+25771927312
Murakoze!!!!
21/09/2026
Biraryoha Peee ariko kubifungura uziko ushaka kugira UBUGABO BUNINI vyosa ko tukwigisha ukwo ubikoresha.
●Ushaka umuti w'amavangingo
●Ushaka kwivuza infections
Twandikire inbox canke udusange aho dukorera tugufashe.
DUKORERA
Centre Ville Bujumbura,Kuri Avenue de la France n'ipave ica haruguru ya cafe Gourmand aha imbere ya Long point ya BANCOBU uva kuma bus uja kuri INSS.Twebwe dukorera munyubakwa ya Immeuble KUMUHORORO muri Etage Bureau No5.
USHAKA KUBAZA TWANDIKIRE KURI:
Whatsapp:+25771927312
Murakoze!!!!
20/09/2026
ISHANO,ISHANO,ISHANO
Hamwe woba waragerageje kwivuza henshi bikanka ndaguhanure ukoreshe iyi nzira.
●Rondera igihahe hama useme ibabi rimwe ryaco
●Tega amata yaco mukintu
●Rondera irigi ry'inkoko y'ikirundi.
UKWO BITEGUGWA
☆Mena irigi
☆Rivange n'amama 3 y'igihahe
☆Teka uwo murete uwurye.
ICOKWIRINDA
☆Wabifashe wirinda kunywa ibisosa
☆Uwomuti urahitishamwo
☆Igihe uriko uratega amata y'igihahe irinde ko hagira ima rigukorokerako kuko woca umyoka.
WIFUZA IMITI YOROSHE CANKE KO TUGUPIMA ISHANO WODUSANGA AHO DUKORERA TUBAPIMA KURI 2000 GUSA.KUBATINYA DIARHEEE TURAFISE IMITI IDATERA DIARHEE KANDI IKUVURA MUMISI MIKE.
DUKORERA
Centre Ville Bujumbura,Kuri Avenue de la France n'ipave ica haruguru ya cafe Gourmand aha imbere ya Long point ya BANCOBU uva kuma bus uja kuri INSS.Twebwe dukorera munyubakwa ya Immeuble KUMUHORORO muri Etage Bureau No5.
USHAKA KUBAZA TWANDIKIRE KURI:
Whatsapp:+25771927312
Murakoze!!!!
Category
Website
Address
Kigali
