Skip to content
Salons10
Gikundiro Erick

Gikundiro Erick

Health/Beauty

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Gikundiro Erick, Health/Beauty, KN 1 Rd, .

08/05/2026
13/11/2024

Ilove u my GOD

22/03/2024

Iyaguhaye nanje yompa niwaronka ntuze wigire umuhinga beshi Muri twe twambara tukaberwa kera harimwo abotwaritumeze uku hariho nabakuze Bambara neza ariko isi nigatebe gatoki Ubu nabo Bambara uku bikwigisha iki ? Niwaronka ceceka Kandi ntiwibagire ko hariho babandi batagira ico Bambara bitume cank ico bafungura cank ababuze amahera yokuriha mubitaro kora iciza umwanya ukuriho kuko niwamara gupfa bizoba birangiye kora iciza kuko ntuzi ejo ingene buzoca fasha Abantu 3gusa abo batatu nabo ubabwire nibyabakundira nabo Baze bafashe 3hama abo 3 nabo bafashe abndi uzosanga igihe kimw nawe utazi yaneza wakora ikugarutseko nkuko yonatani yakoreye iciza dawidi Hama dawidi ABA umwami yonatani yarapfuye nase wayinatani yarapfuye ndets imiryango ya sawuriyo yose yarapfuye ariko Hari hasigay akana kamwe mumuryango dawidi aribuka iciza yakorewe haheze igihe kirerekire arabazayi MBE ntamuntu numwe yoba akiriho mumuryango WA sawuri baramwishura umwami ATI hariho akana kamugaye ibirenge agahungu ka yonatani agatumako nako akagurira neza kuko sewako yonatani yapfuye akoze iciza agikorer dawidi Hama dawidi naw abumwami yibuka iciza yakorewe naho batokwishur ibyiza ukora nubikora ubikinze imana izobiguhembera mvugira NGO Amen nicongusabye gusa

21/03/2024

Umuririmvyikazi wumurundi Kazi Bita Natacha niwe muntu wambere mubaririmvyi Kazi babadamu arinzwe cane nabo bita ABA security aho muherereye Niko mubibona duhurire Mur commanteur

30/12/2023

Tell me name for that is guys

05/12/2023

King of music from Rwanda

02/12/2023

I love you my God

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Gikundiro Erick posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.