Dosty Buja
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dosty Buja, Bujumbura.
Abantu bakora vidéo nkizi vrt bakwiye gufatwa bakabacishako akanwafunwafu ndabira Ubunaho impuzu bamwambitse nyakubahwa wacu🇧🇮 🤦
ubuho aje yicishije bugufi kl uko ndamubona ariko arabasaba mumuhe umuco kubimaze iminsi bimushikira umviriza nae ugire ico uterereye 🥱🧏
27/05/2026
Ntamurundi yorengana iyi foto adashizeko j'aime 🤍❤️🇧🇮
Ibi bintu vrt ntawobisabirako abantu bakora vidéo nkizi bakwiye gufatwa bagahanwa namategeko 🤔🤦
Nguyu aratashe umwe asenya akavoma 😂😂🤣
21/05/2026
Mwabonanye akiri ruguru ataraba umu ntaho Imana itokura umuntu kbx😀🤔
Abantu bakora vidéo nkizi vrt bakwiye gufatwa bagahanwa 🤦
19/05/2026
🇧🇮 I Gitega.
Komine ngiyo irabahaye ikibanza ciza wo guteramiramwo ibahaye ku Buntu, ibahaye aho gu ama telefone kubuntu.
Vuba cane, i Gitega izoba ishusho.
Kwicara ni ku Buntu ariko utegerezwa kuba neza, wambaye neza kandi .
Iki gicapu congera gishirwa mungiro na Group Innovation LTD ku buryo bwa Gitega.
Peery Saxe Gateka yubahwe kuri ico ciyumviro twizere kwazohava azarabaha nakayi nkuko abigenza kuri Jérusalem Hôtel 🙏🙏
📽️💣🔥 New Hit song 🔥 By Melanin boy Ft Fernando aye 🇧🇮🇧🇮 Inyuma Y'igihe Kinini Abarundi Bataronka Umunezero Wabano Basore Bose Barikumwe Bigiye Kuba 🔥🔥
Bagiye Guhurira Muri Show Imwe Ndetse Munyuma Baduhe N'indirimbo Barikumwe Nka Love Muzika 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🔺Ubona Bitaryoshe Kubabona Barikumwe?
Click here to claim your Sponsored Listing.
Website
Address
Bujumbura
