Diogène IRA
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Diogène IRA, Health/Beauty, Rue 1, Bujumbura.
21/06/2026
Intare 🦁
05/06/2026
Inkuru iriko iravurwa muriyiminsi niyuwu mwigeme wo muri Yaga aherutse kuboneka ariko anwa agatabi hamwe rero bakibaza bati:
kwasanzwe avuga amakuru neza tuvuge ko arakagarura bwenge?
abandi bati Oya kukuntu avuga AMAKURU yaya metirije neza ntagatabi akwega bâti yoba ari IA .
Kubwanyu mubibona GUTE ?Yobagakwega canke nibwabwenge bukorano(IA) BUGISIBIJE muriyiminsi.
Duhurire muri commentaire
Ntimwibagire gufyonda suivre canke follow
22/01/2026
22/01/2026
🤵🏾♂️🏆 I Photo y'Umukuru w'igihugu ca Sénégal w'imyaka 45 ariko yakira igikombe ca ari kumwe n'abatambukanyi biwe babiri na .🙍🏾♀️🙍🏾♀️
DieudonneBazitsa
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Rue 1
Bujumbura
