Akimana Gyslaine
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Akimana Gyslaine, Health/Beauty, Bujumbura.
🟢Inyigisho ducishako:
✅ Inyigisho ziraba abigeme harimwo kubigisha n'ubutinyanka(règle)
✅Irondoka rijanye n'amagara meza
✅Impanuro za rusangi
👉 Fyonda aho handitse suivre kugira uzoze uriga buri munsi.
19/08/2026
✅Ivyongera intanga z'umugabo.
OMS yagize iti “ Kuva mu myaka 50 ishize, vyagaragaye ko intanga ngabo (…)
Ubushakashatsi bw’Ishami ry’Umuryango w’Abibumvye ryita ku buzima, OMS, bwagaragaje ko intanga ngabo zigenda zigabanuka ku Isi kuva mu myaka 50 ishize, ahanini bitewe n’iterambere ririmo inganda n’ihinduka ry’ikirere.
Ubwo bushakshatsi bushira mu majwi ubushuhe bukomeje kwiyongera n’ubuvuzi bunanura imitsi hakoreshejwe ubushuhe(Sauna) mu bitera intanga ngabo gukendera ku Isi, nk’uko urubuga Modern Mom rubitangaza.
OMS yagize iti “ Kuva mu myaka 50 ishize, vyagaragaye ko intanga ngabo zagabanutse cane kubera ubushyuhe bwinshi abagabo bahura nabwo, nko mu nganda, mu modoka batwara igihe kirekire, za sawuna,…”.
OMS ivuga ko muri iki gihe urugo 1/10 ruhura n’ikibazo co gutinda kuvyara kubera impamvu zishobora guturuka ku mugabo cangwa umugore ; mu gihe 90% vy’ubugumba bw’abagabo buterwa no kutagira amasohoro ahagije.
Impuguke mu vy’ubuzima zihamya ko hari abagabo benshi basigaye bakenera kongera amasohoro kugira ngo bibongerere amahirwe yo kuvyara, n’umunezero mu mibonano mpuzabitsina .
Urubuga Ask Men ruvuga ko “ Amasohoro menshi agaragaza ko umugabo afise imisemburo y’abagabo (testosterone) ihagije, ndetse n’ubushobozi bwo gutera inda budasubirwaho.”
🔴Ivyongera intanga Ku bagabo
1.kutabangamira amabya yawe:
-Ni kwirinda ubushuhe kuko hari burya Impamvu Imana yayaremeye kuja inyuma ,hari ubushuhe arengeje adasubira gukora intanga.
-kwirinda gushira phone mumufuko canke ahaherereye amagara,
-kwirinda impuzu zigufasha ,sauna ,ubushuhe bwo mwihinguriro...
2.kuruhuka ukirinda inzoga nyinshi n'itabi
3.gukora sport kuko bituma inkabuzo ifasha mugikora intanga testesterone ikwiragira mumubiri,ukirinda gutwara ikinga nimoto umwanya muremure,ukivuza inféction
4.kurya neza: hari ivyamwa vyongera intanga ,inzuzi, nkivyema ,imyumbati ,noix de cajou,amande,Chocola noir,avoka,urutomati rubisi,imihwi,inyama zinka ,imboga,ibinyantete protéine ugafata ibirimwo Amavuta make.
Hari n'imiti tuba twaratunganije mubimera biyongera ufise icokibazo wabuze ivyo twavuze wotugana kutubona ntibigoye ufyonda Aho munsi handitse WhatsApp ucutubona vyoroshe
19/08/2026
🔴Ivyo kwiroterako navyo Biratangaje🤣 nivyo twaganiriyeko uyu munsi
utaraja muri groupe ya WhatsApp warahomvye.
👇👇
https://youtu.be/WrywqhEbgV4?si=s6CJiryRDVM818q1
18/08/2026
🛑Murabona rero buri mugore wese imbere munda ,munsi y'umukondo hariyo ihitereko kimwe twama twiga Ivyaco ,niho umwana akurira umugore asamye.
*Kera rero bavuga bati iyo umugore arangije canke ageze kumunezero wanyuma (orgasme) ngo icogitereko gica cikanyura ngo kigakwega intanga ngabo ngo inda igaca ifata😂*
Ariko ivyo abashakashatsi barabihakanye sivyo ,gusa iciza carimwo Nuko umugabo wese yakora uko ashoboye kwose kugira umugore agere kwivyo vyiyumvo vyanyuma (orgasme) kuko yavuga ATI natahagera ntazosama😂
*Erega mwebwe mwibaza ngo biroroshe😂reka manze mbahe vidéo mwumvirize Hama tubandanye,kuko uyumunsi twirirwa tuvugana kuri kirya kibazo curya mugore*
👉Aho hose nukwishura ikibazo v'uwabajije ngo mbega kutarangiza Ku mugore no kutagira ubushake vyotuma umugore adasama KO jewe maze 2ans ataniyikoroka?
👉Murabe vidéo ibivuga muri commentaires
MN: ibi ndavyimuye bivuye muri groupe WhatsApp turiko twigishirizwamwo ivyintungamagara zurwaruka utarinjirayo warahomvye iyambere yaruzuye.
17/08/2026
🔴 ibijanye n'amatengatwa (testicules) Biratangaje.
vidéo muri commentaires
17/08/2026
🔴 Groupe WhatsApp
Hari groupe WhatsApp isanzwe icamwo inyigisho zurwaruka gusa bambwiye kubatumira kuzikurikirana mwino minsi ntariko mbaha ivyigwa kuko page bayishize mubihano ntazi.😭
uwushaka yinjire azonshimira ng'iyi link ntihagire uwungora inbox ufyondako uyishikiramwo
👇
https://chat.whatsapp.com/DcJGWqz7IDn1gnPPY4jAPj?s=cl&p=a&ilr=1
14/08/2026
🔴Booooom💥💥
erega ni Dimanche, mukamenge kuri Chicago yemwe bizoba vyanciyse muri Buja Night Comedy ,mukwakwanye mugure tike zitarahera.
14/08/2026
✅Biratangaje.
twagize mariage neza cane ariko madame yarase KO turyama kugitanda kimwe.
yambwiye KO kuva kera KO yumva atisanzuye kuryamana nuyundi muntu mbere akaba yakuze yirarana ariko akibaza KO bizoteba bigahera ,none Ubu vyanyobeye naragerageje kumuhata vyaranse kandi iyo tuti
umunsumwe namubwiye basi kugura igitanda kinini cane ariko yambwiye kwatarico kibazo hubwo ikibazo ni kwumva KO yiraranye azaragaragurika amaguru namaboko ata hirya Nino. umunsi muhata tukararana ntiyasinziriye nanje narabibonye.
none mungiriye Inama iyihe.
13/08/2026
*🛑 IMPAMVU 10 UDASAMA N'UMUTI*
Ubugumba ku mugore ni igihe umugore agorwa no gusama inda inyuma y’amezi 12 y’imibonano mpuzabitsina isanzwe kandi idakingiye.
*Hari ibintu bitandukanye bishobora kubitera:*
1️⃣ Ingorane mu gusohora intanga ngore
⚠️ Ni co gitera cane ubugumba ku bagore (40% vy’ababigira). Intanga ngore ntizisohoka mu dusabo tw'intanga (anovulation), canke zigahora zisohoka nabi kandi mu bihe bidatunganye.
*Akarorero:*
🔹 Indwara y’udusabo tw'intanga ngore ifise utuvyimba twinshi (SOPK)
🔹 Kudakora neza kw’udusabo tw'intanga hakiri kare 🔹 Kudahuza kw’imisemburo (prolactine nyinshi, ingorane zinyama yo mumuhogo yitwa thyroïde)
2️⃣ Endométriose
Ni indwara aho uduce tumeze nk’utw’imbere mu gitereko dukurira hanze y’igitereko, bigatera ububabare n’ugufatana dushobora kubuza intanga ngore guhura n’intanga ngabo.
3️⃣ Gufunga imiyoboro y’intanga (trompes de Fallope)
Iyo miyoboro ni yo ituma intanga ngore ishobora guhura n’intanga ngabo. Iyo ifunze (kubera infection, chlamydia, salpingite, canke kuba warigeze kugira inda ikurira hanze y’igitereko), ugusama inda birashobora kudashoboka.
4️⃣ Kudahuza kw’imisemburo
Ingano idasanzwe y’imisemburo irashobora guhungabanya isohoka ry’intanga ngore, ubwiza bw’intanga ngore canke ubushobozi bw’igitereko kwakira urusoro.
5️⃣ Fibromes (ibivyimba)zo mu gitereko
Ni utuvyimba tutari twa kanseri dushobora kubuza urusoro kwiyomeka neza ku gitereko canke gutera inda kuvamwo incuro nyinshi.
6️⃣ Kudakora kwudusabo y’intanga hakiri kare (ménopause itaragera igihe)
Ni igihe udusabo tw'intanga tureka gukora hakiri kare imbere y’imyaka 40, bigatuma igitigiri c’intanga ngore zisigaye kigabanuka.
7️⃣ Imiterere idasanzwe y’igitereko
Igitereko gifise imiterere idasanzwe (nk’igihe gifise igice kigitandukanya imbere canke ari gito cane) gishobora kubuza gusama inda canke gutera inda kuvamwo kenshi.
8️⃣ Indwara ziterwa n’uko umubiri wiyagiriza
Indwara zimwe (lupus, thyroïdite, diabète) zirashobora kwonona uturemangingo two kuvyara, bigatuma ubushobozi bwo gusama inda bugabanuka.
9️⃣ Uburyo bwo kubaho n’ibintu vyo mu bidukikije
💨 Itabi, inzoga, umunaniro wo mu mutwe, kugira ibiro birenze urugero canke bike cane, hamwe no guhura n’ibintu bihungabanya imikorere y’imisemburo (imiti yica udukoko, amasanamu ya plastike) birashobora kugabanya ubushobozi bwo gusama inda.
🔟 Imyaka y’ubukure (igabanuka ry’intanga ngore zisigaye)
Ivyo vyose rero nivyo bitera ubugumba Ku mugore,kubantu babuze uruvyaro nivyo turaba Hama tukabikuvura ntandwihera inda itinjiye,we gusa tugane ureke kuvuga KO bakuroze.
👉Iyo biva ju mugabo nawe turamuha imiti ikora cane cane kuntanga,iyongera intanga,iyituma zitabamazi,zikiruka cane,....
Nyimba harikintu kibabaje nukubura uruvyaro ,wamana intuntu n'agahinda.
*✅Ibindi tuvura*
👇👇👇👇👇
-Intydwara y'intandara(intahe ziriho)
-inféction zose hazibintu vyera ,kwiyagaza no kuribwa munsi y'umukondo
-Amaso,amibe,estomac,amakonyera,umutima,ibisazi,hasima, Diabète, hypertension, ubushobozi buke mubusaswa.
👉Izo zose tuzivura dukoredheje ibimera,
Ugomba kubaza, kutubona ntibigoye ufyonda Aho munsi handitse WhatsApp ucutubona vyoroshe canke udusange Aho dukorera gitega Rutegama haruguru yisoko y'inka.
Ahuburi hose umuti uragiushikira.. ju
10/08/2026
*🛑UMUTI KU DWARA ITEYUBWOBA CANE: HÉMORROÏDES (IGISOKORO)*
*HÉMORROÏDES*: NI igihe mugisusu (a**s) imitsi yaho ivyimba ikamera nkibivyimba nkuko mubibona Aho kwifoto .
Uko bigenda kugira uyirware ni igihe *uba urwaye kugumirwa ugiye kwituma (constipation) rero uko umara umwanya munini wicayeyo wikanira vyanka n'inguvu ushiramwo wikanira ,bitumimitsi yo mugisusu iremerwa ikavyimba, ucutangura kubona utuvyimbamugisusu inyuma (hémorroïdes externes) canke hakavyimba imitsi y'imbere (hémorroïdes internes) iyo yavyimbiye imbere,vyatewe na constipation ukabusohora umwanda ugumye,iyo wituma wamwanda uraharatura yamitsi yavyimbira imbere igakomereka nihahandi uzubona usohora amaraso😭
👉Ibituma rero uyirwara ni ibi:
_Afise constipation kandi akama asunika cane igihe yituma.
🪑 Amara umwanya munini yicaye, cane cane ku musarani.
🏋️ Azamura ibintu biremereye kenshi.
🤰 Ari umugore atwite, kubera umwana n'impinduka z'umubiri bishira igitutu kuri iyo mitsi.
💩 Agira diarrhée kenshi cangwa kwituma kenshi.
⚖️ Afise umuvyibuho ukabije.
👴 Ariko uko imyaka yiyongera, uturemangingo dufasha gufata iyo mitsi turagabanuka intege.
🧬 Hari n'abagira akaronda ribatera kugira imitsi y'aho hantu yorohere gukura.
👉 Umuti wambere ni Kwirinda constipation,kunwamazi menshi,kurya imboga,kwihereza ibirimwo fibre kuko niyo ituma umuntu yituma neza.
Fibre ni iki : ni ibimeze nkibigozigozi bitanoze neza biva mwivoka,ishu,epinari,karoti,irengarenga.....
Iyondwara wamaze kuyirwara solution ni kukubaga ,ariko udashaka KO bakubaga Bakabiturira kuko nubundi harigihe bidahera ,wotugana tukakuvura caneko tubanza kukuvura icabiteye.
Kutubona ntibigoye ufyonda Aho munsi handitse WhatsApp ucutubona vyoroshe
Dukorera gitega Rutegama haruguru yisoko y'inka
09/08/2026
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Bujumbura
