Fajos

Fajos

Share

Bishasha kubuzima bwamuntu � tugarukire umuco nyakuri

28/08/2026

500 millions zirikumeza kuwuzerekana uwaturiye isoko🤜

26/08/2026

Ba 🇧🇮 dukwiye kwomora ambassade yababiligi nibo bacumbikiye abatwamiza mumarira🤷‍♀️

26/08/2026

Ubu buntu bwubukorane bwaba Chris, ba gitwaza muza murasinya
Mubemerera buri muburiko bwinjiza abansi bucece😢

25/08/2026

Burkina Faso vyari vyanse kwitera imbere kubera abafransa.
Natwe tutiirukanye ababiligi....

23/08/2026

Aba pdc bari abakirisu nibo bishe Rwagasore 🤷‍♀️😴😔

23/08/2026

Sindabona akamaro ka pasta, chehe, patiri mubuzima bwamuntu🥱
Turya turushe.

21/08/2026

Reta nabarwizatunga barakwiye kwiyunga na Chine nabarwizatunga baho Reta igahagarara kuburyo abantu bariko bahisha ibintu vyabo boca bihutirwa kugiriranira ama convention nama Bank hakaba urunani uwahishije akihutirwa gusubizwa ivyiwe agapfuma abiriha nkingurane Reta ikabishingira ahava imari nyinshi ni chine.
Nayahandi nikibazo gikomeye ariko igihugu nigihugu dukwiye kumaramaza abo bariko baturira amasoko.

21/08/2026

Ibibintu vyiturirwa ryamasoko birimwo ikibazo 😢
Abazi kahise boryamira amajanja🤷‍♀️

21/08/2026

Habuziki Mana y'Uburundi uduhe imihimbiri iturira itunga rusangi😢🙏

18/08/2026

umunyeshure 🇧🇮 ukeneyemwo umusaruro ukamwigisha (la fuite de Mahomet) ihunga rya muhamedi intumwa yumwarabu🥱

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Buyenzi?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


23
Buyenzi