Gatiro
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Gatiro, Nyaza, Kigali.
Itiro rikabije mana yajee we๐๐๐
Uyu muntu aho muzohurira nigitangaza vrt๐๐
Itiro riramukoreyeko ๐๐
Igitangaza c' umuntu afise itiro rikabije anasinzira Ariko aratambuka๐๐๐
Irebere ๐๐
09/02/2026
Bite na
Ese wewe woba wamenyemwo numwe?
Mbega uwo wamenyemwo umuzi kwiki?๐
Inyishu yitangire muri Commentaire
Ubundi iyi page niyo igiye kuza iracako ivyagahebuza(urwenya)๐ muri uyu ๐ค akaba afise talent idasanzwe muri Comรฉdie abamuzi duhurire muri comments
Icusabwa nuko woba urakora canke kugira ngo uzozuraba mubambere babona ibikorwa vyabo
Turashimiye cane bivuye kumutima abamaze kwiyunga kuriyi page
nongera nshimira cane uwugiye gukora canke
Mubandanye mugire ibihe vyizaa
07/02/2026
Aha ni mugihe itariki 06-02-2026 yaravuye mugihugu ca akaba agarutse kubandanya imirimo yiwe adutamwo indirimbo ziryoshe cane aho wagenda kuri yiwe ya Joachim Smith ukavyirabira neza
Akaba asize hanze indirimbo ye yise ikaba iriko ibica bigacika
Uyo mubona barikumwe mwite kuko muri Comรฉdie afata numรฉro yambere
Akaba agiye kuza arabanezereza nawenyene.
Rero icusabwa nugukanda canke kurino page nyene ntimuzocikwe.
Boooom Bommm
04/02/2026
Amen๐๐๐
04/02/2026
Niko bimeze
Murubu buzima kirazira gucira urubanza umuntu utazi kahise kabo
01/02/2026
Ubundi iyi niyo Intwari Uburundi bumaze kugerako.
Muvyukuri niba uri Umurundi genda ukunze iyi ntamwe duteye mbere yuko dushika mugihugu cifashe 2060
25/01/2026
Kunyerera siko k***a โ๏ธ
25/01/2026
Kunyerera siko k***aโ๏ธโ๏ธโ๏ธ๐ฏ
Hy our friends l m back online again !!!!!! Who are say welcome๐๐๐๐๐ธ๐๐๐ท๐ท๐ท๐ท๐ท๐ฅ๐ฅ๐ฅ๐ฎ๐ฎ๐ฎ๐ฎ๐ป๐ป๐ป๐ป๐ป๐ผ๐ผ๐ผ๐ณ๐ณ๐ฒ๐ฑ๐ฑ๐ฑ๐ด๐ณ๐ฒ๐ฒ๐ผ๐ผ๐ท๐ฒ๐บ๐บ๐บ๐บ
Iminsi myishi Abashu ark narimbakumbuye cyn
Click here to claim your Sponsored Listing.
Culinary Team
Attire
Contact the business
Telephone
Website
Address
Nyaza
Kigali
