Yakami Remera
YAKAMI REMERA vous propose des produits cosmétiques divers, des produits de beauté, et de soins ORIGINAL d'origine Européenne.
Vous y trouvez aussi des habits pour enfants et sacs de marque et de qualité supérieure.
18/04/2021
Ba client beza yakami yabazaniye produit za Neutrogena, harimwo amasabuni yo gukaraba mumaso,masque Ni bindi.
Rero kuri bamwe mufite ibiheri,utuntu twumukara mumaso,bamwe mufite uruhu ruyaga,
Nimba ushaka gusezerana navyo gana yakami tugufashe.
Muradusanga mumuji wa kigali munyubako ya chic -2B35.
Tel:0787063104
18/04/2021
Bishasha bishasha muri yakami, yakami yabazaniye za shampooing na après shampooing kumisatsi yose ,waba ufise imisatsi icika ,mbese wayikoresha no mubisuko.
Yakami muradusanga mumuji wa kigali ,munyubako ya chic muri -2 B35.
Kubindi bisobanura mwaduhamagara kuri 0787063104
28/10/2020
Turamenyesha aba client bose ba yakami Remera ko yakami Remera yimukiye muri nyarugenge munyubako ya chic muri-2B35.murakoze
Tel:+250787063104
15/10/2020
Waba ufite uruhu rukanyaray mumaso ?uruhu ruyaga ?uruhu ntakibazo rufite (normale), ushaka gukinga iminkanyari uruhu rukazosazana i toto ? ufite iminkanyari ikubangamiye?gana yakami Remera tubafitiye crème de visage nziza zabafasha.
Muradusanga i Remera kisimenti ,kumuhanda w'amabuye ,munsi yo kwa ndoli, ahahoze bar la planète.
Tel:+250787063104
15/10/2020
Yakami Remera tubafitiye Savon noir ukaraba uruhu rukoroha,mbese nawewe ufite ama tâche n'amaheri mwihute muze tubafashe.
Muradusanga i Remera kisimenti ,kumuhanda w'amabuye, munsi yo kwa ndoli ahahoze bar la planète.
Tel:+250787063104
15/10/2020
Yakami Remera tubafitiye stick nziza zihumura neza ,,zikaba zinatinda ,kandi sans sels d'aluminium atakibaz zabateza kuruhuka.
Muradusanga i Remera kisimenti ,kumuhanda w'amabuye ,munsi yo kwa ndoli ,ahahoze bar la planète.
Tel:+250787063104
13/10/2020
Bantu mufite ikibazo c'uruhu,waba ufite amaheri yakuzengereje ,waba ufite ise igutey isoni ,mbese ufite amabara kumubiri,imitsi ikumerey nabi nibindi vyinshi twabazaniye ama Crème ,ama huile ,na masabuni twaguha bikarangira iciza cavyo biri naturel.
Muradusanga i Remera kisimenti ,kumuhanda w'amabuye, munsi yo kwa ndoli ahahoze bar la planète.
Tel:250787063104
12/10/2020
Yakami Remera yagabanije ibiciro kurugero rwa 5% kubicuruzwa vyacu vyose.
Twabazaniye amavuta ya cien yorosha uruhu rugasa neza,
harimwo na Crème zirinda iminkanyari uruhu rugasazana i toto,
amazi ahanagura mumuso imyanda igashiramwo kumpu zose,
crème zorosha intoke,huile yo kwisiga kumubiri nziza .
Muradusanga i Remera kisimenti ,kumuhanda w'amabuye ,munsi yo kwa ndoli ahahoze bar la planète.
Tel:+250787063104
11/10/2020
Yakami Remera twabazaniye crème nziza zibarinda iminkanyari uruhu rukazosazana i toto,emwe nyabuneka no kuri babandi iminkanyari ibangamiye muze tubafashe, harimwo serum eka nako kujisho karahari.
Muradusanga i Remera kisimenti ,kumuhanda w'amabuye ,munsi yo kwa ndoli ahahoze bar la planète.
Tel:+250787063104
11/10/2020
Bishasha bishasha yakami Remera ibiciro twabihananuye kurugero rwa 5% kubicuruzwa vyacu vyose.
Twabazaniye y'amavuta yakunzwe nabenshi ya le petit marseillais noneho twazanye amatoya na manini, harimwo na masabuni meza,gel do**he nziza cane.
Muradusanga i Remera kisimenti ,kumuhanda w'amabuye ,munsi yo kwa ndoli ahahoze bar la planète.
Tel:+250787063104
10/10/2020
Yakami Remera tubafitiye amasabuni meza naturel.
Harimwo:- savon d'Alep ikozwe muri aloe Vera,noix de coco na curcuma iyo rero irafashe bamwe bafite amahere nama tâche.
-savon le petit marseillais
-savon de marsellais
-gel do**he ihumura neza urangiza gukaraba ukunva uruhu ruroroshe.
Muradusanga i Remera kisimenti, kumuhanda w'amabuye ,munsi yo kwa ndoli ahahoze bar la planète.
Tel:+250787063104
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Remera KISIMENTI
Kigali
BP6247
