Inkuru z urukundo
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Inkuru z urukundo, Health/Beauty, South African, Bloemfontein.
Mwaramutse neza mukunzi wanje! Irijambo urakwiye kuribwira umukunzi wawe burimunsi mugitondo cumi n'imwe.
Mukundwa, mwiriwe gut ? ikikibazo uzohore ukibaza umukunzi wawe burimunsi mwijoro
ntiwibagire kumwipfuriza ijiro ryiza canke umunsi mwiza
' comment
Mwiriwe neza,
Habaye umusore umwe yakunze umwigeme ariko arabura uko amuganiriza.Iminsi yose uwomusore avuye kwishure yamaca imbere y'inzu aho uwomwigeme aba.
Umunsi umwe bahurira munzira bose bavuye kwishure ,umusore abwira umwigeme ati hagarara iconkwibariza wamwigeme arahagarara amusore arabura ivyo amuganiriza acamubaza ngo mbega mama wawe n'umugore? yongera amubazati mbega iwanyu imvura iragwa??..........
umwigeme agwamugahundwe acamubazati
none ivyo nivyo wampamagariye ? umusore arabura ico yishura ati urumva.... urumva... nipfuza......
umwigeme aramwihweeeezaaaaa acamubwirati abasore mumezuko murakwiye inyigisho
z ' urukundo
@ Love stories
Once upon a time, a young woman and man were deeply in love. They had unwavering faith in one another. The woman informed her partner that she had a surprise in store for him the following day. His curiosity was piqued, and he inquired about the nature of the surprise. She simply replied, 'You will see.' The next day, the woman arrived with a bag on her back and invited her partner to accompany her, stating that she was ready to reveal the surprise. He agreed, and they proceeded to the 25th floor, the highest level. The man was filled with anticipation, wondering what his partner had in store for him. Upon reaching the top floor, the woman revealed her plan, suggesting that they jump down together, with the intention of continuing their lives in the afterlife. The man concurred, but instead of jumping, he remained on the floor. The woman, however, took the leap of faith. Shortly thereafter, she produced a flying umbrella from her bag, leaving the man perplexed.
Hello murameze neza??
Nguku uko program yejo ipanze
1.Kuvyuka Cumi nimwe zagatondo 05h witegure ugende kukazi ush*tse Sahindwi 13h
2.Kuva Sahindwi niminota c'umi nitanu 13h15 gushika sacenda 15h nukuryama ukaruhuka.
3.Kuva sacenda niminota itanu15h05 gushika sacenda ninusu15h30 nukwitegura neza.
4.Sacenda ninusu kugenda gutora umukunzi wawe mugenda kunywa agafanta,nimba umukunzi wawe murikumwe mugirako direct kunywa agafanta gushika sakumi ninusu16h30
5.Kuva 16h30 mutware umukunzi wawe muri nature canke kuri plage kuruzi
6.Kuva 16h40 mwicare aha hatuje muyage ivy'Urukundo rwanyu umubwire amajambo yose ashoboka yoryohera ugutwi kwumukunzi wawe umuhe ni cadeaux wamuteguriye utaronse cadeaux naho nibisanzwe,muyage Kandi nimigambi yo muri kazoza ivyo mwipfuza gushikako muri kazoza
Mwibuke ko umuntu ukunda vyukuri wirinda kumuta mungorane,ndibaza mwatahuye!!
Abantu mukiri single mwihangane kumbure Saint Valentin yanyu nikumwaka uza
Abari murukundo mbifurije Saint Valentin nzizaaaa!!!!
Hello everyone. As we are aware, Valentine's Day is celebrated annually on February 14th. What are your plans for your loved one? Since you care deeply for each other, it is essential to prepare something special for your sweetheart. Even if it is not expensive, it holds value because it comes from your heart ♥️, and it is crucial to cherish your sweetheart.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
South African
Bloemfontein
